BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Burundi: PAM igabisha ko ishobora kubura ivyo kurya iha impunzi zirenga 130,000
PAM ivuga ko ikeneye vyihuta amafaranga angana na miriyoni 35 z’ama dorari kugira ishobore kubandanya kugaburira impunzi gushika mu kwezi kw’icumi mu 2027.
Tanzania: Umwarimu wa kaminuza wari watawe muri yombi kubera imyigaragambyo yo kwamagana leta yarezwe iterabwoba
Ni umwe mu bantu barenga 130 bafunzwe kubera imyigaragambyo yari iteganyijwe kuba muri uku kwezi yo gusaba ko hakorwa amavugurura agamije demokarasi.
Ubuzima bwa Putin: Kuva mu gitondo kugeza nijoro, umunsi wa Perezida w'Uburusiya ugenda ute?
Nk'umwe mu bayobozi bakomeye kandi bafite imbaraga ku isi, ufite umutekano uhambaye, Perezida w'Uburusiya yagiye abaho ubuzima bufatwa nk'uburinzwe cyane,
Intwaro 10 z'igikenye zo muri Afrika yo munsi ya Sahara
Mu myaka mirongo iheze, intwaro nyinshi muri Afrika zarafashe inzira y'igikenye, zigabanya umwidegemvyo wo gushikiriza ivyiyumviro, zikanagenzura rwose ukwo amatora agenda, ku buryo demokarasi isa n’iyitagishoboka.
Rwanda: Ibyo wamenya ku wari maneko wa CIA witezwe kuba Ambasaderi mushya w'Amerika
Perezida w’Amerika Donald Trump yashyikirije sena izina rya Nicholas Checker ku wa kabiri amusabira kwemezwa nk’uwo yifuza ko yaba ambasaderi mushya mu Rwanda.
Trump avuga ko Arabie Saoudite igomba kwemera Israel kugira ngo amasezerano ya nikleyeri ashyirwe mu bikorwa
Perezida w'Amerika avuga ko ayo masezerano yanditse amateka agamije gufasha Arabie Saoudite gukora ingufu za nikleyeri azashyirwa mu ngiro ari uko yinjiye mu masezerano ya 'Abraham Accords'.
Ivyo ukeneye kumenya ku Gikombe ca Afrika mu mupira w'amaguru w'abagore 'CAN 2026'
Menya imirwi ifise amahirwe menshi yo kwegukana igikombe, ingene ihiganwa rizogenda n'amasaha inkino zizotangurirako, mu Gikombe ca Afrika mu mupira w'amaguru w'abagore 2026, kizobera muri Maroc kuva kw'igenekerezo rya 26 Mukakaro.
Ni bande bazokwitaba ibiganiro vy'imbere mu gihugu muri RD Congo?
Umukuru wa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC), Félix Tshisekedi, aherutse gutangaza ko yemeye gutunganya ibiganiro "bitavangura", vyo ku rwego rw'igihugu, bigamije gutorera inyishu ingorane za politike n'intambara bihanze iki gihugu.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kenya: Sentare yafatiriye ibihumbi amajana vy'amadorari vya sosiyete yo mu Burundi
Abacamanza bashinze ko ayo mafaranga azoguma akingiwe gushika amatohoza aheze hanyuma ivyemezo bigashikanwa imbere ya sentare.
Burundi: Abantu umunani bari baje mu masengesho bapfiriye mu musunikano
Ababibonye bavuga ko uruhome rw'uruzitiro rwari hafi y'irembo ryinjira mu kibuga c'ishure ry'imyuga n'ubuhinga ETS Kamenge, ahabereye ico gikorane, rwasenyutse bitewe n'umusunikano. Bamwe baguweko n'urwo ruhome, abandi bahonyangwa n'isinzi ryariko rirasohoka.
Perezida Tshisekedi yemeye ibiganiro bidaheza byo kurangiza intambara
Karidinali Fridolin Ambongo yavuze ko iyo gahunda yayobowe na Perezida Tshisekedi ubwe nyuma yo kugisha inama bagenzi be bo mu karere, barimo Perezida wa Congo-Brazzaville na Perezida w'u Burundi.
RD Congo: Hatowe ubwoko bushasha bw'inkende z'iminwa y'ibara ry'umucungwe zari 'zihishije' mw'ishamba
Abashakashatsi bavuga ko vyari "bitangaje cane" kuraba mu maso y'igikoko ari abantu bake cane bari bazi ko kibaho.
Inzobere mpuzamahanga zinjiye mu muhate wa DR Congo wo gushaka ubutabera ku byaha bimaze imyaka 30
Ako kanama kazanasuzuma ibikubiye muri raporo ya ONU yiswe 'Mapping Report' yo mu mwaka wa 2010, ndetse n'ibikorwa byo kurenga ku mategeko bya vuba aha mu burasirazuba bwa DRC.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango










































