BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Umushikirizamanza mukuru wa CPI yabogojwe kubera inyifato itabereye ijanye n'imibonano mpuzabitsina
Karim Khan ahakana ivyo yagirizwa vy’imigenderanire itabereye n’umugore wo ku rwego rwo hasi rwa CPI, kandi ko yagerageje kumubuza gukurikirana ivyo yamurega.
Gutambana na Shakira mu Gikombe c'Isi cari ikintu 'ciza cane, cane, cane, cane, cane rwose' Ghetto Kids
Aba bana baracari mu munezero mwinshi inyuma yo kwitaba iki giteramo cabaye mu karuhuko k'urukino w'Igikombe c'Isi, hagati ya Espagne na Argentine.
Abantu cumi biciwe mu gitero c'Uburusiya kw'imurikwa ry'amadrone i Kyiv
Iki gikorwa, cari citabwe n’abategetsi bakomeye bo mu bushikiranganji bwo kwivuna abansi bwa Ukraine, carashwe hakoreshejwe ibisasu vya misire za ballistique ku murango.
Amajwi, Imvo n'Imvano ku gikombe cy'isi cy'uyu mwaka wa 2026 n'ibyayiranze, Umwanya bimara 59,01
Ikiganiro Imvo n’Imvano kigaruka ku gikombe cy’isi cy’uyu mwaka wa 2026 cyegukanywe n’ikipe y’gihugu ya Espagne itsinze Argentine 1-0. Ni igikombe cyabereye mu bihugu 3 aribyo Mexique, Canada na Leta z’unze ubumwe z’Amerika.
'Mama wanje yamaze imyaka angira umurwayi nibigirankana, gushika aho umuganga amuhinyura'
Nina Blom yigana inkuru iteye agahinda y’ukungene yamaze imyaka myinshi avurwa anakorerwa n’ibipimo vyinshi kandi ata na kimwe arwaye, inyuma y'uko nyina wiwe yemeje abaganga ko yari arwaye ingwara ikomeye, ariko bakaza kumenya ko ryari ihohoterwa yariko akorerwa.
Burundi: PAM igabisha ko ishobora kubura ivyo kurya iha impunzi zirenga 130,000
PAM ivuga ko ikeneye vyihuta amafaranga angana na miriyoni 35 z’ama dorari kugira ishobore kubandanya kugaburira impunzi gushika mu kwezi kw’icumi mu 2027.
Tanzania: Umwarimu wa kaminuza wari watawe muri yombi kubera imyigaragambyo yo kwamagana leta yarezwe iterabwoba
Ni umwe mu bantu barenga 130 bafunzwe kubera imyigaragambyo yari iteganyijwe kuba muri uku kwezi yo gusaba ko hakorwa amavugurura agamije demokarasi.
Ubuzima bwa Putin: Kuva mu gitondo kugeza nijoro, umunsi wa Perezida w'Uburusiya ugenda ute?
Nk'umwe mu bayobozi bakomeye kandi bafite imbaraga ku isi, ufite umutekano uhambaye, Perezida w'Uburusiya yagiye abaho ubuzima bufatwa nk'uburinzwe cyane,
Intwaro 10 z'igikenye zo muri Afrika yo munsi ya Sahara
Mu myaka mirongo iheze, intwaro nyinshi muri Afrika zarafashe inzira y'igikenye, zigabanya umwidegemvyo wo gushikiriza ivyiyumviro, zikanagenzura rwose ukwo amatora agenda, ku buryo demokarasi isa n’iyitagishoboka.
Rwanda: Ibyo wamenya ku wari maneko wa CIA witezwe kuba Ambasaderi mushya w'Amerika
Perezida w’Amerika Donald Trump yashyikirije sena izina rya Nicholas Checker ku wa kabiri amusabira kwemezwa nk’uwo yifuza ko yaba ambasaderi mushya mu Rwanda.
Trump avuga ko Arabie Saoudite igomba kwemera Israel kugira ngo amasezerano ya nikleyeri ashyirwe mu bikorwa
Perezida w'Amerika avuga ko ayo masezerano yanditse amateka agamije gufasha Arabie Saoudite gukora ingufu za nikleyeri azashyirwa mu ngiro ari uko yinjiye mu masezerano ya 'Abraham Accords'.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ni bande bazokwitaba ibiganiro vy'imbere mu gihugu muri RD Congo?
Umukuru wa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC), Félix Tshisekedi, aherutse gutangaza ko yemeye gutunganya ibiganiro "bitavangura", vyo ku rwego rw'igihugu, bigamije gutorera inyishu ingorane za politike n'intambara bihanze iki gihugu.
Igituma Iran iriko yishira mu kaga kubera umuhora wa Hormuz
Nta na rimwe mu mahitamwo ari imbere y'abategetsi ba Iran ritanga inzira itomoye yobashikana ku ntsinzi yuzuye, mu gihe intambara hagati y’ico gihugu na Amerika ibandanya. Yamara, na Perezida Donald Trump ari imbere y’amahitamwo atoroshe.
Kenya: Sentare yafatiriye ibihumbi amajana vy'amadorari vya sosiyete yo mu Burundi
Abacamanza bashinze ko ayo mafaranga azoguma akingiwe gushika amatohoza aheze hanyuma ivyemezo bigashikanwa imbere ya sentare.
Burundi: Abantu umunani bari baje mu masengesho bapfiriye mu musunikano
Ababibonye bavuga ko uruhome rw'uruzitiro rwari hafi y'irembo ryinjira mu kibuga c'ishure ry'imyuga n'ubuhinga ETS Kamenge, ahabereye ico gikorane, rwasenyutse bitewe n'umusunikano. Bamwe baguweko n'urwo ruhome, abandi bahonyangwa n'isinzi ryariko rirasohoka.
Perezida Tshisekedi yemeye ibiganiro bidaheza byo kurangiza intambara
Karidinali Fridolin Ambongo yavuze ko iyo gahunda yayobowe na Perezida Tshisekedi ubwe nyuma yo kugisha inama bagenzi be bo mu karere, barimo Perezida wa Congo-Brazzaville na Perezida w'u Burundi.
Inzobere mpuzamahanga zinjiye mu muhate wa DR Congo wo gushaka ubutabera ku byaha bimaze imyaka 30
Ako kanama kazanasuzuma ibikubiye muri raporo ya ONU yiswe 'Mapping Report' yo mu mwaka wa 2010, ndetse n'ibikorwa byo kurenga ku mategeko bya vuba aha mu burasirazuba bwa DRC.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































